Interview Général Philbert Habarugira Kirundi by Turiho News published on 2015-06-25T18:03:49Z Général de Brigade Philbert Habarugira, umwe mu bafatanije na Général Godefroid Niyombare be na Général Cyrille Ndayirukiye, aravuga ku mugambi wo kubohoza Uburundi biciye mu vya gisirikare. Abanza kuvuga ukugene ivy'ugutembagaza ubutegetsi vyagenze, akanamenyesha ko Nkurunziza we nyene ariko aritegurira irindi tembagazwa ry'ubutegetsi ry'ububeshi. Genre Burundi